Ikiza, c'est une chanson de @PAZZOS BI et cet artiste #Pazzos_Bi invite la société à la lutte contre la nouvelle épidemie Coronavirus (Covid-19) mais aussi contre le VIH-sida, moyenant les métodes de prévention. Vaut mieux prévenir que guérir.
lyrics
Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!

Abantu ahubona ntiboroheje, bapimisha Sida amaso yabo
Babony'ukirutswe na Malaria, ngo urya yaramaze kwandura agakoko
Duhebe insaku no
Gutwariranir'umunwa, tuvuge ivyo twitondeye kandi tuzi,
Sida yaje kugira abana bene Imana
Impfuvyi, Coronavirus yo ni ikirimbuzi.
Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!
Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!
Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!
On their latest EP, Dubweiser deliver the sound of traditional reggae with its bounding tempos and soaring melodies. Bandcamp New & Notable Mar 18, 2024